Esther Nish’s Umbamwo Lyrics (Ft. Kidum)

59

Terenc on the Track Esther Nish na Kidumu Kibido

[VERSE 1 _Esther Nish] Ntarabibona niyumvira Yuko ntazokunda yoo Nkumva urukundo rudashoboka Ababivuga nabo nkabaaseka Kuko numva bavuga ayabo Sinamenya yuko bijyoha Nakubonye byose birahinduka (Birahinduka) Ishusho yawe ikama igaruka Muri njyewe Umutima wanjye ugatera Unyibutsa izina ryawe Kuko niyumvisemo ihinduka rikomeye Nuko ibintu ntazi Birashwaramwo bikomeye

[CHORUS_Esther Nish] Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Warampinduye unzana m’urukundo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)

Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Warampinduye unzana m’urukundo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Ni wewe umbamwo,ni wewe umbamwo

[VERSE 2 _Kidum Kibido] mbwira ibyo bintu bigushwayemo kugirango ndabe yuko twoba tubaye kimwe Nkukubise amaso ubwo nyine akazuka Numvise ijwi ryawe ubwo nyine Ntangira kwipanga Nkatangira gupanga amajambo Inza kukubwira ngo ujyohegwe Ngahita jya mucyumba kurondera Impuzu nziza ngo mberwe Ur’urukundo ni complike Ur’urukundo ni hazard Ur’urukundo ni complike Ur’urukundo ni hazard

Raba uko ngana, raba uko ungana Hanyuma ukanca unkomeza

[CHORUS] Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Warampinduye unzana m’urukundo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Wanzanye m’ubwatsi bw’urukundo Maze nigumirayo (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo)

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamwo Umbamwo nkakwiyumvamwo Umbamwo umbamwo Umbamwo umba mba mba

Iyo ugiye ndaremba Wataha nkaba muzima Unkozeko bikarenga Icyuya kigatemba

Iyo ugiye ndaremba Wataha nkaba muzima Unkozeko bikarenga Icyuya kigatemba

[CHORUS] Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo Warampinduye unzana m’urukundo Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo (Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo) Warampinduye unzana m’urukundo Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

Ni wewe (Ni wewe umbamwo ni wewe umbamwo) Nkakwiyumvamwo, umbamwo (Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo) Umbamo nkakwiyumvamo (Ni wewe ùmbamwo ni wewe umbamwo) Umbamwa umbamwo umbamwo (Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo) Umbamwo umbamwo umbamwo Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

Umbamwo Ni wewe umbamwo, ni wewe umbamwo

Comments are closed.

buy levitra buy levitra online